• Home

Amakuru Haguruka

décembre 04, 2025

Red-Tabara ivuga ko amahoro ariko araronderwa muri Congo biciye mu biganiro vya Amerika na Quatar azotsimbatara, ari uko Uburundi buganiririye n'abatavuga rumwe nayo mu vya politike, abafashe ibirwanisho, ndetse n'amashirahamwe yigenga

Umuhari Red-Tabara uriyamiriza ivyashikirijwe n'ibiro bikuru vya gisirikare c'uburundi ku wa 26 Munyonyo 2025 ko umuhari Red-Tabara uri mu runani rw'imigwi yitwaje ibirwanisho rugizwe na FNL ya…
novembre 28, 2025

Bamwe mu bayoboke b'ishengero rya Pantekoti mu Burundi, bavuga ko batabona ikibuze ngo Pasitori Karenzo Charles na Ngendakumana Claver bafatwe kugira babazwe akajagari baguma bateza mw'ishengero ryabo

Indyane mw' ishengero rya pantekoti zirabandanya. Ni mu gihe bamwe bari bamaze kubona ko icuka kibi cahora muri iryo shengero cacurese. Yamara Abapastori babiri Karenzo Charles na Ngendakumana…
novembre 25, 2025

Hari umurundi aherutse kwandika abwira Abarundi ko bakwiye kugira « Identité commune », gukunda noguha agaciro ibintu bibahuza

Nkuko vyasiguwe n’uwo murundi, avuga ko kuva Abazungu « les missionnaires blancs », baza mu burundi, bagashobora kuducanishamwo bafatiye kuvy'amoko, mukubesha Abarundi ko barimwo Abahutu, Abatututsi…

Entre le M23 et le Red-Tabara, le gouvernement burundais cherche son souffle

Nov 03, 2025
Octobre 2025 a révélé de nouveaux développements importants dans la situation politique du Burundi. Alors que…

Nibwo bwambere mu mateka y’igihugu ca Tanzania, umukuru w’igihugu arahirira mu mpisho kandi abanyagihugu bariko baramwiyamiriza mu bice bitandukanye vy’igihugu

Nov 03, 2025
Kuri uyu wa 3 Munyonyo 2025, umukuru w’igihugu Samia Suluhu Hassan wa Tanzania ahejeje kurahirira mu…

Uruganda rwa Radio Haguruka rwabateguriye umwihwezo, kuvyerekeye amagorwa n’ingorane abanyagihugu babarundi babayemwo

Oct 31, 2025
Turafise ingorane mu gihugu y’uburongozi bwitaho ineza y’abanyagihugu. Indongozi dufise ni izihiganirwa gusa…

Jean Claude Ndihokubwayo batazira pêcheur aratabarizwa n'abakimufiseko agatima ngo ntiyicwe canke agirirwe nabi n'abariko baramutoteza bamwagiriza uburozi

Oct 29, 2025
Amakuru ava i Buramata, amenyesha ko ukuntu umunyagihugu Jean Claude Ndihokubwayo batazira pêcheur, umurovyi,…

News dans le Monde

Galerie Vidéos