• Home

Amakuru Haguruka

août 06, 2025

Jusqu'aujourd'hui pas des nouvelles de détenus kidnappés dans la prison centrale de Rutana en date du 13 Mai 2025.

Beaucoup de personnes se sont rassemblées devant le bureau du CNIDH ( Commission Nationale Indépendante des Droits de l'Homme) à Bujumbura pour réclamer la justice de leurs proches qui ont été…
août 04, 2025

Akamo kubarundi bose

Kuba un résistant ni ukuba uhisemwo kwemera umubabaro wose kugira ukize abandi, uba wiyemeje gukora igikorwa kitungukira wewe ahubwo gifasha abandi benshi. Ko aho turi ari kugira abandi baronke…
juillet 31, 2025

Mw'ihuriro ry'abakorewe ivyaha vy'ihohoterwa (CAVIT), bariyamiriza bivuye inyuma amabi akorerwa mu ma bohero atandukanye ari mu Burundi

Muri iryo huriro ry'abakorewe ivyaha vy'ihohoterwa (CAVIT), bamenyesha ko bakwirikiranira hagufi ibikorerwa mu ma bohero atandukanye ari mu Burundi kandi ngo bakaba bavyiyamiriza bivuye inyuma. Ivyo…

Melchior Ndadaye, le visionnaire du “Burundi Nouveau”

Juil 07, 2025
Dans les pages qui suivent, nous aborderons les points suivants: la biographie de Melchior Ndadaye, son…

Angéline Ndayishimiye : l’ombre influente du pouvoir burundais

Mai 21, 2025
Angéline Ndayishimiye, Première Dame du Burundi depuis 2020, est loin d’être une simple figure protocolaire.…

Icizere ku Burundi n' abarundi

Mai 20, 2025
Intangamarara Mu buzima, mu bihe vyose iyo ikintu gitanguye, haba hasigaye iherezo ryaco. Ubwatsi buruma…

Un texte lucide et éclairant de Pamela. Il nous aide à déjouer l’intox et à nous concentrer sur l’essentiel: la libération de notre mère patrie de la barbarie du CNDD-FDD

Mai 17, 2025
- Toc, toc, toc ! - Qui est là ? - La vérité. - Quelle vérité ? - Red-Tabara ne génocide pas les Banyamulenge…

Burundi-Législatives 2025 : un simulacre de démocratie sous l’emprise du CNDD-FDD

Mai 16, 2025
Le 5 juin 2025, les Burundais sont appelés aux urnes pour élire leurs représentants à l’Assemblée nationale,…

La situation économique au Burundi depuis 2020: malversations et acteurs des crimes économiques

Mai 16, 2025
Depuis 2020, l’économie du Burundi fait face à une crise profonde, aggravée par des malversations économiques…

Burundi – Droits de l’Homme : Des familles alertent sur des disparitions forcées à la prison centrale de Rutana

Mai 15, 2025
Il ya des familles des détenus de la prison centrale de Rutana qui lancent un crit d'alarme pour les leurs…

Incursions de l’armée burundaise au Sud-Kivu (2017–2025) : bilan humain et coût militaire

Mai 15, 2025
Depuis 2017, l’armée burundaise mène des opérations militaires au Sud-Kivu, en République démocratique du…

Murundi wese «Kanguka udaheranwa n’agahinda»

Mai 13, 2025
I.Intangamarara II. 1.Guheranwa n’agahinda: insiguro II. 2.Ingene kwigunga bitiza umurindi n’imbaraga…

Naho bitavugirwa hejuru, biraboneka ko amatora ariko arategurwa azokwega akarambaraye mu gihugu

Mai 10, 2025
Uwutazotora umugambwe CNDD-FDD azoce amenya iyaja. Vyavuzwe na Gaspard Sabiyaremye akorera mu buyobozi…

Umwungere wa Ekleziya Katorika Papa Léon wa 14, yatowe ku muhingamo wo kuri uyu wa kane

Mai 08, 2025
Umunyamerika Robert Francis Prevost w’imyaka 69, niwe yatowe kuba Papa, azokwita Léon wa 14. Akaba yarasanzwe…

Rupfu, intsinzi yawe iri hehe?

Avr 26, 2025
Ayo niyo majambo atangurira ubutumwa umupfasoni Maragarita Barankitse yatanguje ikigo Maison Shalom hamwe na…

News dans le Monde

Galerie Vidéos