• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
Titre Clics
Naho abakozi bo kubitaro vy'umwizero w'afrika vy'ikibuye « Hôpital Espoir d'Afrique », bamaze kwandika amakete yogusaba kurenganurwa, gushika ubu ntakirakorwa. Ubu bakaba bafise umubabaro n'agahinda ntangere batagira uwo babitura Clics : 17
Ku myaka itandatu amaze kubutugetsi, Evariste Ndayishimiye, intwaro yiwe ibandanya kunyuruza abanyagihugu. Na Ngendahonankwa Diomède, wo mu KAMESA muri zone Musaga, gushika ubu ntawuzi irengero ryiwe Clics : 47
Naho vyabaye akamizwe ningoma ntibivurwe, muri Comine Bugendana zone Bitare, umutumba Gaterama, Intara ya Gitega, hari abanyagihugu batatu (3) bagandaguwe n’aba polisi mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri Clics : 92
Umupfasoni Muhayimana Aline agize kane mu bakenyezi bapfiriye muri SAOUDIA mu barungitswe n’ishirahamwe ELFAYED, kurondera ubuzima muri ico gihugu Clics : 121
Bujumbura: Ama galerie abiri le parisien na galerie Ndayizamba, yo mu gisagara hagati, yafashwe n’Umuriro arasha aratokombera Clics : 138
Hari abapfungwa babiri mw’ibohero rikuru ry’abagabo rya Ngozi bariko batotezwa n’umukuru w’iryo bohero. Boba bahorwa ko bavuze ko umukuru w’ibohero ry’abagabo i Ngozi yahawe igiturire kugira atorokeshe abanyororo babiri. Umushikiranganji w’ubutungane n’Um Clics : 102
Basaba ko ahabwa uburenganzira bwo kumanukanwa i Bujumbura ahari ibitaro bifise ibikoresho bikwiye kugira ngo bakize amagara y'umunyororo Mugenzi wabo. Abo ni abanyororo bapfungiwe mw'ibohero ry'i Muramvya, batabariza Général Ndayisaba Célestin, amaze igi Clics : 124
Ni muzima kandi ari ku kazi ko gutabara Abarundi Clics : 3309
Aha ni he ? Clics : 246
Uburundi gisigaye ari igihugu c'ama Chantier y'inyubako zitangura ngo ariko ntizigere zirangira. Niko abanya Kirundo babibona Clics : 248

Page 1 sur 43

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT