Guha Iminsi 15, umushikiranganji w'ubudandaji ko yoba yashinze ibiciro vy’ibidandazwa, ngo n’ukwiha amenyo y’abatwenzi kuko ikibazo kitari muri ubwo bushikiranganji
|
Clics : 424
|
Kwiyumvira ko abantu bafashe ibirwanisho bazokwishikana ni uguta umwanya hakwiye ibiganiro bihuza imirwi itandukanye bumvikane ingene hoboneka umuti
|
Clics : 510
|
Kuba umukuru w’igihugu c’uburundi yemeza ko ariko arafasha urwaruka rwa Afrika ngo rwiteze imbere, ngo ni ugupfunga ikiwani Abarundi n’amakungu kuko n’urwaruka rwo mu burundi ataco ariko ararumarira
|
Clics : 530
|
Ibiganiro vyonyene, niwo muti nyawo w’ibibazo umurengera vyugarije uburundi
|
Clics : 545
|
Dr. William Samoei Ruto, niwe aramutswa umuryango wa Afurika y’iburasirazuba EAC
|
Clics : 500
|
Umwigisha w' icigwa c'icongereza kw' ishure shingiro rya Ndava mu ntara ya Cibitoke arapfunzwe
|
Clics : 502
|
Agathon Rwasa ngo nahindure umukenyuro wo guharanira uburenganzira bwiwe, kuko ubutungane butazigera bumutunganiriza bitumwe nuko butigenga
|
Clics : 504
|
Babantu bashira amahera yabo mu kigega «One Africa Investiment Fund» babwirwa ko ari imitahe yo kubaka isoko nkuru ya Bujumbura, bashobora kuba bagiye gutaha zirayoye
|
Clics : 595
|
Naho uburundi bwashikiriwe kurongora umuryango wa COMESA, abatari bake bariko baravuga ko atakintu nakimwe azomarira iryo shirahamwe kubera ubushobozi buke bw’umukuru w’igihugu c’uburundi
|
Clics : 580
|
Naho ariko ararenza imyaka ijana (100), akekwa gufata kunguvu akana k’imyaka itatu. Ubu ari muminwe y’inyamiramabi
|
Clics : 568
|