| 
									
						Abarundi bahungiye mu gihugu ca Tanzaniya babandanya gutaka batabaza, ko amagorwa barimwo batabona uwo bari buyature					
																			 | 
													
							
								Clics : 673							
				 | 
									
									
						| 
									
						Ubwoba ni bwinshi mu mpunzi z'abarundi ziri mw'ikambi ya Nduta mu gihugu ca Tanzanie, inyuma yinyuruzwa rya  Kwizera Emile batazira Gasongo yaba muriyo kambi nyene					
																			 | 
													
							
								Clics : 624							
				 | 
									
									
						| 
									
						Mw’ishirahamwe ACAT-Burundi barashigikiye ko haba ibiganiro bitunganya inzira ibereye yo gushikana igihugu ku matora meza yubahiriza uburenganzira bwa muntu					
																			 | 
													
							
								Clics : 718							
				 | 
									
									
						| 
									
						Umugambwe PPD-Girijambo, uhamagarira abanyagihugu kutitaba matora yimirije, nayo abazoramuka bagize ubwoba bakaja gutora, ntibaze batore CNDD-FDD, ahubwo n’ibikarata vyose bazobiterere  mu gipfuko bibe impfagusa. Ikindi ni uko abarundi bose basabwa kurya 					
																			 | 
													
							
								Clics : 660							
				 | 
									
									
						| 
									
						Mbega urunani Burundi bwa bose, rwoba rwiteguriye kurondera Abarundi kugira ngo basabe CNDD-FDD kwemera ibiganiro? Ico ni ikibazo muri CFOR-Arusha bariko baribaza					
																			 | 
													
							
								Clics : 416							
				 | 
									
									
						| 
									
						Andenderezwa na zimwe mu mbonerakure zo mu Buterere ko akorana na Red-Tabara.					
																			 | 
													
							
								Clics : 410							
				 | 
									
									
						| 
									
						N’Umuhari Map-Burundi Buhire, wagize ico ushikiriza ku matora ariko arategurwa mu Burundi. Muri uwo muhari bakaba babona ko ayo matora atari akwiye kuba					
																			 | 
													
							
								Clics : 676							
				 | 
									
									
						| 
									
						Hari umunyagihugu yagandaguwe arashwe n’umu polisi w’igihugu aracikana kuri uyu wa 09 Ndamukiza 2025 igihe c'isaha cumi na zibiri zibura iminota 15 z'umugoroba					
																			 | 
													
							
								Clics : 652							
				 | 
									
									
						| 
									
						Prosper Ntahorwamiye, arongoye umurwi CENI, wewe abandanya kuvugako amatora yimirije, yo mu mwaka wa 2025, ngo azogenda neza kuko abajejwe kuyahagararira bayagize ayabo					
																			 | 
													
							
								Clics : 563							
				 | 
									
									
						| 
									
						Mu burundi ntamatora meza ariko arategurwa, hazoba gutembagaza ubutegetsi nkuko vyirirwa biraba no mu bindi bihugu					
																			 | 
													
							
								Clics : 585							
				 |