• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
  • AMAKURU
Titre Clics
Abakuru b'ibihugu vya EAC baraye basavye Repubulika Iharanira intwaro Rusangi ya GCongo kuganira n’imigwi irwana harimwo n’umuhari M23 Clics : 670
Abagirizwa gutembagaza ubutegetsi mu 2015, ngo ntibazokwigera bagirirwa imbabazi, nkuko bivurwa na Reverien Ndikuriyo Clics : 718
Naho Umuvugizi w' igisirikare c' Uburundi ararahira akarengwa ko uburundi butakuwe ku rutonde rw' ibihugu vyagiye kugarukana amahoro n'umutekano mu gihugu ca Somaliya, ayo makuru ashobora kuba ariyo kandi ngo bizogira ingaruka mbi kuburundi Clics : 815
Iryavuzwe ryaraye ritashe, bamwe mubari bisigiye gutaha ubukwe baraye bahawe gasopo. Abo ni bamwe mubari bamaze iminsi baduga bamanuka ngo bariko baritegurira kuja mu matora y’imirije baraye babujijwe n’umurwi CENI Clics : 767
Kuva muri nzero 2025, Abasirikare b’uburundi bahora kugarukana amahoro muri Somaliya, ntibazosubira mu murwi w’abasoda bagenda muri ubwo butumwa Clics : 807
Guha Iminsi 15, umushikiranganji w'ubudandaji ko yoba yashinze ibiciro vy’ibidandazwa, ngo n’ukwiha amenyo y’abatwenzi kuko ikibazo kitari muri ubwo bushikiranganji Clics : 663
Kwiyumvira ko abantu bafashe ibirwanisho bazokwishikana ni uguta umwanya hakwiye ibiganiro bihuza imirwi itandukanye bumvikane ingene hoboneka umuti Clics : 750
Kuba umukuru w’igihugu c’uburundi yemeza ko ariko arafasha urwaruka rwa Afrika ngo rwiteze imbere, ngo ni ugupfunga ikiwani Abarundi n’amakungu kuko n’urwaruka rwo mu burundi ataco ariko ararumarira Clics : 815
Ibiganiro vyonyene, niwo muti nyawo w’ibibazo umurengera vyugarije uburundi Clics : 789
Dr. William Samoei Ruto, niwe aramutswa umuryango wa Afurika y’iburasirazuba EAC Clics : 710

Page 11 sur 41

  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT