• Home

Amakuru Haguruka

mai 19, 2024

Uburundi bwoba buzokwitaba inkino z'umupira w'amaguru zitiriwe CECAFA Kagame cup 2024, zizobera mu gihugu ca Tanzaniya, kuva itariki 20 gushika itariki 4 Myandagaro 2024?

Bamwe bati ugira inzigo utaroga ikagupfako ubusa, abandi nabo bati guhenera umubanyi si ugufutura. Bati none ko barahiye bakarengwa gukina urukino kubera umwambaro wanditseko Visit Rwanda, bati ubu…
mai 14, 2024

Radjabu Ahmedi ni umumenyeshamakuru akorera AKEZA.NET apfungiwe mw’iperereza ry’uburundi

Gukora umwuga wo kumenyesha amakuru mu Burundi muri kino gihe, uburi hagati yo gupfungwa, guhunga, kunyuruzwa no gupfa. Ivyo nibiriko biravurwa n’abamwe mu bamenyeshamakuru, inyuma yo kubona, Radjabu…
mai 14, 2024

Kunyuruza abanyagihugu vyasubiye kw'imonogoza mu gihugu, buri musi akaba atamusi ucijana abanyagihugu batanyurujwe

Hari umunywanyi w’umugambwe MSD azwi kumazina ya Gahunda Dieudonné yanyurujwe isaha umunani (14h00) akaba yatwawe n’abantu bataramenyekana. Uyo munywanyi w’umugambwe MSD, yakuwe i Muhira iwe i…

Urwanda ruvuga ko ari akajoreza kuba Reta y’uburundi iyegekako ibara ry’ibitero vy'amagerenade

Mai 13, 2024
Vya bitero vy'amagerenade bibandanya guterwa ivyatsi n’imirwi itandukanye, nabo Reta ivyagiriza bavuga ko…

Ntibarekuriwe gusubira gukora inyuma y’isaha cumi nazibiri (12h00) z’umugoroba

Mai 09, 2024
Abakora umwuga wo kudandaza ama Inite, kurungika amafaranga hamwe n’ibindi bijanye, bo muri Komine Ntahangwa…

Ubutunzi bw'igihugu c'uburundi muri kino gihe bugeze ahatemba

Mai 08, 2024
Ishirahamwe OLUCOME rirwanya abarya ibiturire n’abanyonora amatungo ya reta, rivuga ko ubutunzi bw'igihugu…

Umwungere wambere w'ishengero rya Pentekoti i Kiremba, Elie Ndikunkiko yaraye atahutse

Mai 08, 2024
Pasteur Elie Ndikunkiko yari Umwungere wambere w'ishengero rya Pantekoti ry’i Kiremba, akaba yari arongoye…

Koko abarundi barafise umukuru w’igihugu n’abamufasha ? canke igihugu ntabategetsi kigifise ?

Mai 07, 2024
Ico n’ikibazo abatari bake bariko baribaza, inyuma y’amagorwa yo kwiyunguruza muri kino gihe babayemwo mu…

Birirwa barahohoterwa ubuzima kandi ntibagaburigwa, inzara iri mukubicira mu gasho k'iperereza ry'uburundi.

Mai 06, 2024
Abo ni abarwanyi babiri b'umuhari Red-Tabara Egide Nkurunziza na Saturnin Minani. Nkuko amakuru dukura…

Umugambwe Sahwanya FRODEBU urihaniza CNND-FDD ko kizira kikazirirzwa kwiyitiranya n’inzego z’igihugu, nayo icibagiwe co ngo ni ukwiyitiranya n’igihugu

Avr 30, 2024
Nkuko biboneka mw’itangazo, umugambwe Sahwanya FRODEBU waraye usohoye, bavuga ko banezerejejwe n’ingendo…

Mbe uburundi buri muri "State capture"

Avr 28, 2024
"State Capture" umuntu yovuga ko ari isahurwa ry'amashirahamwe n'amahinguriro y'igihugu bivuye cane cane ku…

Hahejeje guhungabana umutekano mu gisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru w’igihugu w’ubutunzi

Avr 24, 2024
Muri iri joro ryo ku wa 24 Ndamukiza 2024, mu gisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru w’igihugu w’ubutunzi,…

Nous pouvons affirmer sans hésitation que les informations qui circulent sur les machettes sont fausses et ont été fabriquées par des personnes non identifiées à ce jour

Avr 23, 2024
1.Compatriotes, voici les photos de machettes qu’un Imbonerakure de la Commune Mutimbuzi de la Province…

Radio-Haguruka yatanguye gushira ahabona amatohoza yakoze kuvyerekeye igihuha kimaze iminsi c'Imipanga

Avr 23, 2024
1.Barundi aya niyo mafoto y’imipanga twarungikiwe n’Imbonerakure yo muri Komine Mutimbuzi intara ya…

Umumenyeshamakuru Paul Mahwera yaryamiye ukuboko kwabagabo

Avr 22, 2024
Uburundi buhejeje kubura inararibonye mu mwuga wo kumenyesha amakuru, Paul Mahwera, akaba yarabaye…

Umuhari MAP-Burundi buhire uratabariza Abarundi bahuye n' ibibazo biturutse ku mvura igwa ari nyinshi

Avr 22, 2024
Umuhari MAP-Burundi buhire uratera akamo abarundi n' amakungu gufasha abarundi bariko bahura n' ibibazo…

Galerie Vidéos

News dans le Monde