|
Abavyeyi barereye ku mashure ya Ecofo Ruyigi yambere na Ecofo Ruyigi yakabiri, baridogera abayobozi bayo mashure ko babatangisha amafaranga adakenewe no mu bintu bidakenewe
|
Clics : 981
|
|
Aho gukora ibishoboka vyose kugira ngoasabe Reta y’uburundi gukemura ikibazo c’ibitoro kiriko kiratera ibibazo, Umuhuza w’abarundi asaba abarundi kugenda n’amaguru
|
Clics : 829
|
|
Abarundi bakoresha imipaka uburundi buhana na Tanzaniya bategekwa kugura ikarata y’urucanco kunguvu izwi nka carte jaune ngo kuko izitangwa n’u Burundi zitizemewe
|
Clics : 849
|
|
Wa mugambi wa leta « BOSE BIGE » wo kugaburira abana kumashure, bamwe mu bavyeyi bavuga ko basanze uzotuma abavyeyi ataco bimarira
|
Clics : 883
|
|
Abamenyeshamakuru babandanya kuburabuzwa mu Burundi, inyuma yabavundiye mu munyororo, na Gerard Nibigira ariko aratotezwa i Gitega
|
Clics : 857
|
|
Naho habereye ibirori vyo guhimbaza imyaka 62 uburundi bwikukiye, hazindutse hanatorwa inzandiko ziyamiriza intwaro ya Evariste Ndayishimiye
|
Clics : 944
|
|
Uno munsi abarundi duhimbaza isabukuru y’imyaka 62 Abarundi turose intahe yo kwikukira, none vyukuri twoba twari kukiye?
|
Clics : 892
|
|
Naho Reta y’uburundi n’izindi nzego zibandanya guhisha ko mugihugu hariho ibibazo, umushingamateka Athanase Hatungimana batazira Cokoloko, yarubahutse kwemeza ko ibitoro mu burundi aringorane
|
Clics : 1129
|
|
Ibinyobwa vy’ihinguriro vya Brarudi vyoba bigiye kuboneka kurugero abarundi babikeneyeko, ko bidugijwe urugero rutari bwabeho mu Burundi ?
|
Clics : 1012
|
|
Abarundi baricuza ku cizere bagiriye umugambwe CNDD-FDD mu 2005
|
Clics : 1083
|