• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
Titre Clics
Naho abatari bake bari babiteye ivyatsi, ko hamwe Olivier Suguru yotorerwa kurongora ihuriro ry'abarwizatunga CFCIB vyoba binyuranye n’amategeko n’ibwirizwa nshingiro, ntivyabujije ko ariwe atorwa kurongora iryo huriro CFCIB Clics : 1548
Umugambwe MSD uvugako ivyo leta ya Evariste Ndayishimiye yirirwa iravuga vy’ibiganiro ko ari imvugo ya politique irimwo uruyeri rwo kubesha amakungu Clics : 1315
Umuhari RED-Tabara uvugako umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarakwiye kwihutira kurondera umuhuza ahagarikira ibiganiro nyavyo, agahagarika amajambo yok u maradiyo Clics : 1231
Umukuru w’igihugu ngo niyaba atahura kumwe na Red-Tabara ko ubutegetsi bukwiye gutangwa n’abanyagihugu, ngo hoba hasigaye kwumvikana ivya nkenerwa vyotuma abarundi bose bitaba amatora atawukumiriwe. Clics : 1284
Inyuma yaho umukuru w’igihugu c’uburundi ahamagariye umuhari Red-Tabara gutahuka kw’itegurira amatora, abanyagihugu bavugako Evariste Ndayishimiye yarakwiye kuva mu majambo akihutira gukora ibikorwa. Clics : 1436
Ubwicanyi buriko burakorwa muri Komine Shombo, bwoba buriko burakorwa n’abande? Clics : 1307
Mbega abasuma birirwa barambura abadandaza bambaye impuzu z’igipolisi c’uburundi bari mu miduga mishasha, boba ari inkozi z’ibibi zisanzwe ? canke n’umurwi washizweho n’iperereza ry’uburundi ? Clics : 1235
Kubera iki Petero Nkurikiye akunda gushikiriza ibinyoma imbere y’ibimenyeshamakuru? Clics : 1665
Elie Nsengiyumva, umunyamabanga w'umugambwe CNDD-FDD, ku mutumba Kazigo, yategerezwa kuba arimbere y’ubutungane, kandi umutekano wabanyagihugu yatoteje ugakwirikiranwa Clics : 1188
Umuhari RED-Tabara, ngo ntiwiteguriye gushira hasi ibirwanisho mugihe umunyagihugu adahawe uburenganzira bwo kwitorera uwo yipfuza mu matora yemewe kandi adakumira mu Burundi. Clics : 1260

Page 27 sur 42

  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT