• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
Titre Clics
Umuhari RED-Tabara uvugako umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarakwiye kwihutira kurondera umuhuza ahagarikira ibiganiro nyavyo, agahagarika amajambo yok u maradiyo Clics : 1269
Umukuru w’igihugu ngo niyaba atahura kumwe na Red-Tabara ko ubutegetsi bukwiye gutangwa n’abanyagihugu, ngo hoba hasigaye kwumvikana ivya nkenerwa vyotuma abarundi bose bitaba amatora atawukumiriwe. Clics : 1326
Inyuma yaho umukuru w’igihugu c’uburundi ahamagariye umuhari Red-Tabara gutahuka kw’itegurira amatora, abanyagihugu bavugako Evariste Ndayishimiye yarakwiye kuva mu majambo akihutira gukora ibikorwa. Clics : 1482
Ubwicanyi buriko burakorwa muri Komine Shombo, bwoba buriko burakorwa n’abande? Clics : 1359
Mbega abasuma birirwa barambura abadandaza bambaye impuzu z’igipolisi c’uburundi bari mu miduga mishasha, boba ari inkozi z’ibibi zisanzwe ? canke n’umurwi washizweho n’iperereza ry’uburundi ? Clics : 1279
Kubera iki Petero Nkurikiye akunda gushikiriza ibinyoma imbere y’ibimenyeshamakuru? Clics : 1707
Elie Nsengiyumva, umunyamabanga w'umugambwe CNDD-FDD, ku mutumba Kazigo, yategerezwa kuba arimbere y’ubutungane, kandi umutekano wabanyagihugu yatoteje ugakwirikiranwa Clics : 1229
Umuhari RED-Tabara, ngo ntiwiteguriye gushira hasi ibirwanisho mugihe umunyagihugu adahawe uburenganzira bwo kwitorera uwo yipfuza mu matora yemewe kandi adakumira mu Burundi. Clics : 1301
Abarongoye umugambwe CNDD-FDD ku nzego z’itandukanye, nibo basigaye bafata ingingo mu kibanza c’abajejwe intwaro Clics : 1211
Commissaire Communal Nimunona Isaac wa Commune Butaganzwa, hamwe na Ndimurwanko Elias arongoye Imbonerakure zo ku mutumba Gasasa zone Muriza mu ntara ya Ruyigi baragirizwa kuzimanganya abanyagihugu babiri Niyonsaba Daniel na Bizimana Méthode. Clics : 1888

Page 28 sur 43

  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT