|
Inyuma y’imyaka 64 agandaguwe, ivyari vyatumye Ludoviko Rwagasore ahaguruka mu rugamba rwiwe nivyo umugambwe CNDD-FDD umaze imyaka ukorera abarundi atagitabara
|
Clics : 340
|
|
Reka tubandanye turabira hamwe ikindi gikomeye kiri muri ca gitabo citwa "L'art de la guerre" ca Sun Tzu
|
Clics : 384
|
|
Abarundi babona ko ivyo gutembereza urumi ruvurwa ko ari urwamahoro, ari ikigirwamana abategetsi bakoresha kugira bahunike abarundi ntibabone amabi bakorerwa n'ubutegetsi
|
Clics : 297
|
|
Iyi ndwi nagire tuyage kuvyanditse mu gitabo ca Sun Tzu citwa "L'art de la guerre". Kirimwo inyigisho nyinshi mugabo nagerageje kubishira mu duce dutatu
|
Clics : 408
|
|
Uno munsi mu guheza ivyo twari tumaze iminsi tuyaga bijanye n'ibimenyetso vy'intwaro iriko iratemba, twashimye kubabwira ikimenyetso ca gatatu (3).
|
Clics : 523
|
|
Jenerari Silas Ntigurirwa aragirizwa kuba ariko aranyaga amatongo y'abanyagihugu bo muri zone Buterere
|
Clics : 437
|
|
Ikimenyetso kigira kabiri cerekana ko CNDD-FDD iriko iratemba
|
Clics : 407
|
|
Ibimenyetso ni vyinshi vyerekana ubutegetsi bugire butembe, mugabo tuzorabira hamwe ibigera kuri bitatu bakunda kuvuga ko arivyo nyamukuru.
|
Clics : 563
|
|
Jusqu'aujourd'hui pas des nouvelles de détenus kidnappés dans la prison centrale de Rutana en date du 13 Mai 2025.
|
Clics : 624
|
|
Akamo kubarundi bose
|
Clics : 518
|