• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
Titre Clics
Rwa rumuri rw’itwa urwamahoro, ngo ni ubundi bukoloni CNDD-FDD yazanye bwo kwirukanga inyuma y'ibitagira ikimazi, nayo amafranga y'igihugu ahatikirira. Abarundi ngo boreka kuvyinira ibintazi ahubwo bashire imbere kurondera intwaro nziza Clics : 368
Uburundi butaronse umukuru w'igihugu yemera kwegeranya abana b'uburundi bose, ngo nta terambere rishoboka. Abarundi ngo bakwiye gufatana mu nda bashireho indongozi ifata kumwe abarundi bose, kugira igihugu kibone kwogorora Clics : 375
Abanyagihugu bavuga ko batotakaza umwanya ngo bariko borora inkwamvu ngo zigiye kubakura mu bukene ngo kuko n’amasoko y'ibindi bintu nayonyene yabuze. Kuri bo, icobashimisha n'ukuronka intwaro irimwo indongozi zifise imigambi irashe Clics : 275
Hari umunyagihugu yandikiye umukuru w’igihugu amumenyesha kwivyo avuga bitera isoni abanyagihugu Clics : 452
Umunye politike atavugarumwe n’ubutegetsi bwa Kenya, akaba yahoze ari n’umushikiranganji wa mbere Raila Odinga yaraye aryamiye ukuboko kwabagabo Clics : 231
Abanyagihugu bamenyesha ko atakamaro ko hamarwa gukoreshwa ibibazo co guhiganirwa akazi kubera gahabwa abanywanyi b’umugambwe CND-DFDD gusa Clics : 266
Nagire ngo tuyage ku makuba igihugu caciyemwo mu kwezi kwa gitugutu 1961 no 1993 Clics : 336
Uburundi bwoba bwungutse irindi shirahamwe ryo gutumatumanako amakuru ? canke ni uburyo bwo kwiyegurira no gufuta ayari ahasanzwe ? Clics : 349
Ukwiye kumenya umwansi wawe, aho afise inguvu nyishi naho afise nke, kugira bigufashe kubandanya urugamba rwawe Clics : 380
Inyuma y’imyaka 64 agandaguwe, ivyari vyatumye Ludoviko Rwagasore ahaguruka mu rugamba rwiwe nivyo umugambwe CNDD-FDD umaze imyaka ukorera abarundi atagitabara Clics : 330

Page 6 sur 42

  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT