• ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT

  • Home
  • ACTUALITÉS
Titre Clics
Umwuga wo kumenyeshamakuru mu Burundi usigaye uburabuzwa buri musi kuburyo nabawukora basigaye batonda kukazi batazi ko bataha amahoro Clics : 230
Kuri uyu wa 14 Ruhuma 2026, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye niho yashikirizwa amabanga yo kurongora umuryango w'Ubumwe bwa Afrika mu kiringo c’umwaka. Inyuma yo gushikirizwa ibimenyetso azokoresha, yagiriyeko ashikiriza ijambo abari bitavye ivyo b Clics : 148
Turacabandanya nayankuru y‘inyuruzwa rya Etienne Ndayitwayeko yahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa wa komine Buraza mu ndinganizo ya kera. Muri ino nkuru tukababwira abategetsi batatu (3) bo muri NDD-FDD bagizwe na Charles Ntawukirishiga, Congera Phil Clics : 310
Ten Congolese Nationals Detained at Muyinga Central Prison Following Refusal at Burundi Border Clics : 362
Dix ressortissants congolais détenus à la prison centrale de Muyinga après un refoulement à la frontière burundaise Clics : 373
Patiri Amando Kana, wo mu kigo ca Foyer de Charité de Bujumbura yitavye Imana ahitanywe n’ingwara Clics : 477
Turabandanya nayankuru y‘inyuruzwa rya Etienne Ndayitwayeko yahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa wa komine Buraza mu ndinganizo ya kera, aho Umunyabanga wa CNDD-FDD muri komine Gishubi ari mu bategetsi bagirizwa inyuruzwa ryiwe ku wa 06 Nzero uyu mwak Clics : 275
Umukuru w’ibiro bikuru vy’igisirikare c’uburundi, amenyesha ko Umusirikare wese atunze urupapuro rw’inzira rushobora gutuma asohoka igihugu, aba ariko arikwegera akaga Clics : 257
Irambona Aimé yaraye ashinzwe amabanga akomeye, ntarangwa no kwica gusa, ni n'umunyonyezi adahangarwa. Iruhande yo kuba yarafatanywe ikiziga c'umukozi wiwe ariko ntiyahanwa, yarambuye abanyagihugu b'i Gitega bagera kuri 98 amafranga agera hafi ku muliyari Clics : 303
Umuhari Red-Tabara urabeshuza wivuye inyuma ibiherutse gushikirizwa n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye Clics : 278

Page 2 sur 42

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • ACCUEIL
  • A PROPOS
  • ACTUALITÉS
    • AMAKURU
    • POLITIQUE
    • DROIT DE L'HOMME
    • ECONOMIE
    • SANTE
    • EDUCATION
    • SÉCURITÉ
    • RÉFUGIÉS
  • RADIO
  • VIDÉOS
  • NOUS SOUTENIR
  • NOS PARTENAIRES
  • CONTACT