|
Abamenyeshamakuru babandanya kuburabuzwa mu Burundi, inyuma yabavundiye mu munyororo, na Gerard Nibigira ariko aratotezwa i Gitega
|
Clics : 703
|
|
Naho habereye ibirori vyo guhimbaza imyaka 62 uburundi bwikukiye, hazindutse hanatorwa inzandiko ziyamiriza intwaro ya Evariste Ndayishimiye
|
Clics : 787
|
|
Uno munsi abarundi duhimbaza isabukuru y’imyaka 62 Abarundi turose intahe yo kwikukira, none vyukuri twoba twari kukiye?
|
Clics : 721
|
|
Naho Reta y’uburundi n’izindi nzego zibandanya guhisha ko mugihugu hariho ibibazo, umushingamateka Athanase Hatungimana batazira Cokoloko, yarubahutse kwemeza ko ibitoro mu burundi aringorane
|
Clics : 886
|
|
Ibinyobwa vy’ihinguriro vya Brarudi vyoba bigiye kuboneka kurugero abarundi babikeneyeko, ko bidugijwe urugero rutari bwabeho mu Burundi ?
|
Clics : 778
|
|
Abarundi baricuza ku cizere bagiriye umugambwe CNDD-FDD mu 2005
|
Clics : 895
|
|
Abategetsi aho gutunganiriza abanyagihugu, basigaye barwanira imbere y’abanyagihugu. Akarorero ni Buramatari wa Rutana n’uwigeze kuba umushikirizamanza wa Sentare Ntahinyuzwa, mu karere kubumanuko baraye bashwaniye kuri Station
|
Clics : 8340
|
|
Abarundi bose bategerezwa kwirwanira no kwirwanako bakanka ko hari umunyagihugu asubira kunyuruzwa akagenda amazimayongo
|
Clics : 677
|
|
Inyuruzwa ry'umwigeme Nizigama Corinne, ririko riracanishamwo abakenyererarugamba bo mu ntara ya Bujumbura, bakagiriza Nahimana Vénérande ko afise uruhara mw’inyuruzwa ry’iwe
|
Clics : 722
|
|
Naho bamufashe kubera imvo z'amatati y'amatongo, muvyatumye Claudine Nshimirimana afatwa n'imvo za politike ntiziri kure
|
Clics : 721
|