Abarundi babona ko kw'ita umukuru w'ikindi gihugu umuvyeyi w'abarundi vyerekana ko Evariste Ndayishimiye adashoboye amabanga ajejwe.
|
Clics : 657
|
Abanyagihugu bo muri Zone ya Gatumba bari mu magorwa yo kurengerwa n'Amazi.
|
Clics : 668
|
Hari ikindi gitero cabaye kw'ibarabara rya Muramvya cahitanye abantu barenga umunani 8 10.
|
Clics : 655
|
Imigenderanire y'uburundi na Congo irashobora kuba itifashe neza.
|
Clics : 669
|
Igihano co gufungwa umwaka n’ihadabu nivyo vyahanishijwe Umushingamateka Fabien Banciryanino.
|
Clics : 424
|
Intumwa z’Ishirahamwe rya UA inyuma y’Itariki ya 31 y’uku kwezi kwa gatanu ntizizoba zikiri mu Burundi.
|
Clics : 664
|
Umuhari Red-Tabara urabeshuza wivuye inyuma amakuru avuga ko uwo muhari woba ufise uraha mu bwicanyi bw' ishano bumaze imisi bukorerwa abanyamulenge
|
Clics : 708
|
Impunzi zahungiye mw'ikambi y'impunzi ya Mahama ziraranye umwiheburo w'ingingo nshasha zihejeje gusohorwa na HCR ko hagiye guhagarikwa imfashanyo bahora batanga.
|
Clics : 683
|
Abanye politike bari kumwe n'abahoze ari intwazangabo mu gisirikare n'igipolisi baheruka gucirwa umunyororo wo guherayo n'ubutungane bw'uburundi basohoye urwandiko.
|
Clics : 427
|
Hoba hitezwe intambara mu gihugu c’uburundi ?
|
Clics : 757
|