Alexis Sinduhije, Maragarita Barankitse na Frasisiko Nyamoya koko boba aribo barongoye ibitero bibera mu Burundi nkuko bavyagirizwa n’Umushikiriza manza wa Repubirika Sylvestre Nyandwi?
|
Clics : 1109
|
Gabriel Ntisezerana yaraye afatanywe itonga ko ari mu bategetsi bapfukamye munda abanyagihugu, bakongera bagatemvya n’ikigega ca leta.
|
Clics : 968
|
Umuhari Red-Tabara urwanya reta y’uburundi, wemanze ko amabombe y’umvikanye ku kibuga c’indege ca Bujumbura c’itiriwe Melchior Ndadaye ariwo wayateye.
|
Clics : 1340
|
Umukuru w'Inama Nshingamateka y'uburundi Daniel Gerase Ndabirabe, avuga ko Abarundi baba mu mahanga ataco bamaze kiretse gukwiragiza ikiza ca Covid-19 mu Burundi.
|
Clics : 1091
|
Gukura icegera ca mbere c'umukuru w'Inama Nkenguzamateka, umukenguzamateka Spes Caritas Njebarikanuye ngo ntibikwiye mugihe reta y’uburundi ikivurwamwo Alain Guillaume Bunyoni na Gervain Ndirakobuca batazira Ndakugarika.
|
Clics : 941
|
Bamwe barashima ko kurihira amahera abantu bari babuze ingene bariha ari igikorwa ciza cakozwe, abandi nabo bakabona ko ari ubundi buryo bwo gusamaza Abarundi.
|
Clics : 962
|
Abanyororo bo mw'ibohero rya Muramvya bamaze imisi batagaburirwa. Bakaba batabarizwa n'imiryango yabo.
|
Clics : 950
|
Ibitero bibandanya kwibonekeza vyoba bikorwa n’inkozi zikibi ? canke vyoba bikorwa n’umurwi w’arwanyi barwanya ubutegetsi bw’uburundi ?
|
Clics : 1098
|
Kubwa MSD Iyaba umukuru w’igihugu c’uburundi abona kure ngo yarakwiye kwibaza igituma impunzi zidataha ku bwinshi kandi yama yazihamagaye.
|
Clics : 976
|
Nta gihano kirimwo ni Mucezo wa ndani n'ugusamaza abanyagihugu kugira bibaze ko n'abategetsi bahanwa.
|
Clics : 934
|