• Home

Amakuru Haguruka

septembre 17, 2026

Naho abakozi bo kubitaro vy'umwizero w'afrika vy'ikibuye « Hôpital Espoir d'Afrique », bamaze kwandika amakete yogusaba kurenganurwa, gushika ubu ntakirakorwa. Ubu bakaba bafise umubabaro n'agahinda ntangere batagira uwo babitura

Abaforoma bafise impamya bushobozi za niveau A2 bakorera kubitaro vy'umwizero w'afrika vy'ikibuye « Hôpital Espoir d'Afrique » hamwe n'abakozi batobato bakora isuku bita aba travaleus bafise…
septembre 11, 2026

Ku myaka itandatu amaze kubutugetsi, Evariste Ndayishimiye, intwaro yiwe ibandanya kunyuruza abanyagihugu. Na Ngendahonankwa Diomède, wo mu KAMESA muri zone Musaga, gushika ubu ntawuzi irengero ryiwe

Ngendahonankwa Diomède, yavutse mu 1968 yaranyurujwe ku wa 31 Myandagaro 2026, isaha zitandatu z'umurango. Yafatiwe ahitwa mw'i kora muri zone Ruyaga ya komine Mugere. Abamufashe bari bambaye…
août 25, 2026

Naho vyabaye akamizwe ningoma ntibivurwe, muri Comine Bugendana zone Bitare, umutumba Gaterama, Intara ya Gitega, hari abanyagihugu batatu (3) bagandaguwe n’aba polisi mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri

Intandaro y’urupfu rwabo, Sentare nkuru yari iramutse iza gusatura itongo, ariko bikavurwa ko iryo tongo ngo ryari risatuwe mu buryo bwo kunyaga bamwe mu berwa n’amatati yiryo tongo. Muguharanira…

Umupfasoni Muhayimana Aline agize kane mu bakenyezi bapfiriye muri SAOUDIA mu barungitswe n’ishirahamwe ELFAYED, kurondera ubuzima muri ico gihugu

Aoû 25, 2026
Abarundikazi barungitswe mu gihugu ca SAUDIA n’ikigo Elfayed bariko barapfira muri ico gihugu ata n’umwe…

Bujumbura: Ama galerie abiri le parisien na galerie Ndayizamba, yo mu gisagara hagati, yafashwe n’Umuriro arasha aratokombera

Aoû 21, 2026
Amaduka manimani Le Parisien na », riri iruhande rwa « Ndayizamba », hagati mu gisagara ca Bujumbura, na…

Ni muzima kandi ari ku kazi ko gutabara Abarundi

Juil 29, 2026
Niko amakuru ava muhari Red-Tabara avuga, inyuma yaho hakwirakwijwe ku mbugahwaniro amakuru avuga ko Colonel…

Aha ni he ?

Juil 14, 2026
Aha ni mu Burundi. Igihugu twakuze batubwira ko ari ica amata n'ubuki. Ubu cabaye ica agahinda, amarira n'…

Uburundi gisigaye ari igihugu c'ama Chantier y'inyubako zitangura ngo ariko ntizigere zirangira. Niko abanya Kirundo babibona

Juil 07, 2026
Ari mu nama kuri uyu wa 5 Mukakaro 2026, yagiraniye n'abajejwe intwaro hamwe n'umugambwe uri ku butegetsi ku…

Que faut-il faire pour renforcer la cohésion nationale dans un pays meurtri de haine par le pouvoir en place ?

Mai 07, 2026
Renforcer la cohésion nationale dans un pays marqué par la défiance et la haine envers le pouvoir en place,…

Ngo nta nkeka ko ivyo Evariste Ndayishimiye ariko arakora ariko arisema

Mai 01, 2026
Naho umunyamabanga mukuru w'umugambwe uri ku butegetsi CNDD_FDD, Reverien Ndikuriyo, yirirwa arikiragiza ko…

News dans le Monde

Galerie Vidéos